Agathon RWASA amenyesha ko atahevye gushira ahabona amatungo yiwe ariko ko arico gihe yahawe n'abaserukira sentare ybahiriza ibwirizwa nshingiro. Agathon RWASA akabona ko vyoba vyiza umwe yerekanye amatungo yiwe kugira yubahiriwe amategeko.