Toptube Video Search Engine



Title:Meri ya #Bujumbura irahinduye ingene inkaratasi zimwe zimwe zitangwa Kubera ubusuma buvugwa
Duration:11:08
Viewed:1,691
Published:14-06-2024
Source:Youtube

#indundinews :Meri ya #Bujumbura irahinduye ingene inkaratasi zimwe zimwe zitangwa Kubera ubusuma buvugwa mw'itangwa ry'inkaratasi zisabwa mu biro vy'amazone, umukuru w'igisagara avuga ko urukaratasi rwerekana aho umuntu aba( attestation de résidence) n'ururiko umwidondoro w'umuntu( attestation d'identité complète) zizohora zitangwa biciye m'ubuhinga bwa none butiganwa.



SHARE TO YOUR FRIENDS


Download Server 1


DOWNLOAD MP4

Download Server 2


DOWNLOAD MP4

Alternative Download :